Abalewi 20:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Aho umugabo atwaye umugore wa mwene wabo, ni ikintu co kuzinukwa+. Aba apfukuye ubwambure bwa mwene wabo. Nta kana bazogira. Gusubira mu vyagezwe 25:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 “Mu gihe abavukana babana maze umwe muri bo agapfa ata gahungu agira, umugore w’uwo apfuye ntaze yabirwe hanze n’umugabo w’ahandi. Muramuwe aze agende aho ari amwabire, acure umugore wa mwene wabo+. Mariko 6:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Kuko Herodi ubwiwe yari yatumye ngo bafate Yohani hanyuma amubohera mw’ibohero kubera Herodiya muka Filipo mwene wabo, kuko Herodi yari yamwabiriye+. Mariko 12:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 “Mwigisha, Musa yatwandikiye yuko mwene wabo n’umuntu niyapfa agasiga umugore ariko ntasige umwana, ko mwene wabo+ akwiye kwabira nya mugore, agahagurukiriza uruvyaro mwene wabo kuri nya mugore+.
21 Aho umugabo atwaye umugore wa mwene wabo, ni ikintu co kuzinukwa+. Aba apfukuye ubwambure bwa mwene wabo. Nta kana bazogira.
5 “Mu gihe abavukana babana maze umwe muri bo agapfa ata gahungu agira, umugore w’uwo apfuye ntaze yabirwe hanze n’umugabo w’ahandi. Muramuwe aze agende aho ari amwabire, acure umugore wa mwene wabo+.
17 Kuko Herodi ubwiwe yari yatumye ngo bafate Yohani hanyuma amubohera mw’ibohero kubera Herodiya muka Filipo mwene wabo, kuko Herodi yari yamwabiriye+.
19 “Mwigisha, Musa yatwandikiye yuko mwene wabo n’umuntu niyapfa agasiga umugore ariko ntasige umwana, ko mwene wabo+ akwiye kwabira nya mugore, agahagurukiriza uruvyaro mwene wabo kuri nya mugore+.