ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 15:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 “‘Kandi mu gihe umugore agize urunyigimbe rwisuka, kandi urwo runyigimbe rwo mu mubiri wiwe rukaba ari amaraso+, akwiye kuguma mu buhumane+ bw’ubutinyanka+ bwiwe imisi indwi, kandi uwo wese amukozeko azoba uwuhumanye gushika ku mugoroba.

  • Abalewi 15:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Kandi hagize umugabo aryamana na we hanyuma ubuhumane bw’ubutinyanka bwiwe bukamujako+, nya mugabo rero ategerezwa kuba uwuhumanye imisi indwi, kandi igitanda cose aryamyeko kizoba gihumanye.

  • Abalewi 20:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 “‘Aho umugabo aryamanye n’umugore ari mu butinyanka agapfukura koko ubwambure bwiwe, aba ashize ahabona isôko rya nya mugore, na nya mugore ubwiwe aba ashize ku kabarore isôko ry’amaraso yiwe+. Bompi rero bategerezwa kurandurwa mu bantu b’iwabo.

  • Ezekiyeli 22:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Muri wewe bapfukuye ubwambure bwa se w’umuntu+; muri wewe batetereje umugore yahumanijwe n’ubutinyanka bwiwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika