Kuvayo 20:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 “Ntukarenge ibigo+. Abalewi 20:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 “‘Umugabo arenze ibigo n’umugore w’uwundi mugabo, aba arenze ibigo n’umugore wa mugenziwe+. Ntaze abure kwicwa, hicwe nya mugabo na nya mugore+. Gusubira mu vyagezwe 22:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 “Umugabo niyafatwa aryamanye n’umugore afise umugabo+, bompi rero bategerezwa gupfira hamwe, uwo mugabo yari aryamanye n’umugore n’uwo mugore nyene+. Ukwo ni ko utegerezwa gukura ikibi muri Isirayeli+. 2 Samweli 11:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Inyuma y’ivyo, Dawidi atuma intumwa kumuzana+. Yinjira rero aho Dawidi ari+ maze Dawidi aryamana na we+, ico gihe uwo mugore akaba yariko yihumanura ubuhumane bwiwe+. Mu nyuma asubira ku nzu yiwe. Imigani 6:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Ni ko bigenda kuri uwo wese aryamana n’umugore wa mugenziwe+; nta wumukorako azogenda adahanywe+. Matayo 5:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 “Mwarumvise ko vyavuzwe ngo: ‘Ntukarenge ibigo+.’ 1 Abakorinto 6:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ngw’iki! Ntimuzi ko abatagororotse batazotorana ubwami bw’Imana+? Ntimuzimizwe. Nta basambanyi+, canke abasenga ibigirwamana+, canke abarenga ibigo+, canke abagabo babikirwa kugirwako ibitagirwa+, canke abagabo baryamana n’abagabo+, Abaheburayo 13:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Umubano w’ababiranye nube uwuteye iteka muri bose, kandi uburiri bw’ababiranye bwoye guhumana+, kuko Imana izocira urubanza abasambanyi n’abarenga ibigo+.
10 “‘Umugabo arenze ibigo n’umugore w’uwundi mugabo, aba arenze ibigo n’umugore wa mugenziwe+. Ntaze abure kwicwa, hicwe nya mugabo na nya mugore+.
22 “Umugabo niyafatwa aryamanye n’umugore afise umugabo+, bompi rero bategerezwa gupfira hamwe, uwo mugabo yari aryamanye n’umugore n’uwo mugore nyene+. Ukwo ni ko utegerezwa gukura ikibi muri Isirayeli+.
4 Inyuma y’ivyo, Dawidi atuma intumwa kumuzana+. Yinjira rero aho Dawidi ari+ maze Dawidi aryamana na we+, ico gihe uwo mugore akaba yariko yihumanura ubuhumane bwiwe+. Mu nyuma asubira ku nzu yiwe.
9 Ngw’iki! Ntimuzi ko abatagororotse batazotorana ubwami bw’Imana+? Ntimuzimizwe. Nta basambanyi+, canke abasenga ibigirwamana+, canke abarenga ibigo+, canke abagabo babikirwa kugirwako ibitagirwa+, canke abagabo baryamana n’abagabo+,
4 Umubano w’ababiranye nube uwuteye iteka muri bose, kandi uburiri bw’ababiranye bwoye guhumana+, kuko Imana izocira urubanza abasambanyi n’abarenga ibigo+.