Abalewi 20:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Kandi ntimuze mugendere mu vyagezwe vy’amahanga ngira nirukane imbere yanyu+, kuko yakoze ivyo bintu vyose nanje nkaba ndayazinukwa+. Gusubira mu vyagezwe 18:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Kuko uwukora ivyo bintu wese ari ikintu giteye ishishi kuri Yehova, kandi ivyo bintu biteye ishishi akaba ari vyo bitumye Yehova Imana yawe abirukana bakava imbere yawe+.
23 Kandi ntimuze mugendere mu vyagezwe vy’amahanga ngira nirukane imbere yanyu+, kuko yakoze ivyo bintu vyose nanje nkaba ndayazinukwa+.
12 Kuko uwukora ivyo bintu wese ari ikintu giteye ishishi kuri Yehova, kandi ivyo bintu biteye ishishi akaba ari vyo bitumye Yehova Imana yawe abirukana bakava imbere yawe+.