Kuvayo 20:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Mugabo umusi ugira indwi ni isabato kuri Yehova Imana yawe+. Ntuze ukore igikorwa na kimwe, wewe canke umuhungu wawe canke umukobwa wawe, umushumba wawe canke umushumbakazi wawe canke igitungwa cawe canke kavamahanga wawe ari mu marembo yawe+. Kuvayo 31:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 “Nayo wewe, barira bene Isirayeli uti: ‘Canecane amasabato yanje mubwirizwa kuyubahiriza+, kuko ari ikimenyetso hagati yanje namwe mu mayaruka yanyu, kugira mumenye yuko jewe Yehova ndiko ndabeza+.
10 Mugabo umusi ugira indwi ni isabato kuri Yehova Imana yawe+. Ntuze ukore igikorwa na kimwe, wewe canke umuhungu wawe canke umukobwa wawe, umushumba wawe canke umushumbakazi wawe canke igitungwa cawe canke kavamahanga wawe ari mu marembo yawe+.
13 “Nayo wewe, barira bene Isirayeli uti: ‘Canecane amasabato yanje mubwirizwa kuyubahiriza+, kuko ari ikimenyetso hagati yanje namwe mu mayaruka yanyu, kugira mumenye yuko jewe Yehova ndiko ndabeza+.