Kuvayo 12:49 Bibiliya y’isi nshasha 49 Habwirizwa kubaho itegeko rimwe ku mvukira no kuri kavamahanga abayeho ari kavamahanga hagati muri mwebwe+.” Gusubira mu vyagezwe 10:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Na mwebwe mutegerezwa gukunda kavamahanga+, kuko mwacitse ba kavamahanga mu gihugu ca Misiri+.
49 Habwirizwa kubaho itegeko rimwe ku mvukira no kuri kavamahanga abayeho ari kavamahanga hagati muri mwebwe+.”