Abalewi 10:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Kandi ntimusohoke ngo muve ku bwinjiriro bw’ihema ry’ihuriro, kugira ntimupfe+, kuko amavuta yo kurobanuza ya Yehova ari kuri mwebwe+.” Nuko bagira nk’uko ijambo rya Musa rivuze. Abalewi 21:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Ariko ntiyokwinjira hafi y’irido+, kandi ntiyokwegera igicaniro+, kuko ari n’agahonzi+. Kandi ntakwiye guhumanya aheranda hanje+, kuko ndi Yehova uwuriko arabeza+.’”
7 Kandi ntimusohoke ngo muve ku bwinjiriro bw’ihema ry’ihuriro, kugira ntimupfe+, kuko amavuta yo kurobanuza ya Yehova ari kuri mwebwe+.” Nuko bagira nk’uko ijambo rya Musa rivuze.
23 Ariko ntiyokwinjira hafi y’irido+, kandi ntiyokwegera igicaniro+, kuko ari n’agahonzi+. Kandi ntakwiye guhumanya aheranda hanje+, kuko ndi Yehova uwuriko arabeza+.’”