Kuvayo 28:41 Bibiliya y’isi nshasha 41 Ni vyo uzokwambika Aroni mwene wanyu n’abahungu biwe bari kumwe na we, kandi uze ubarobanuze amavuta*+ wongere wuzuze ukuboko kwabo ububasha+ kandi ubeze, baze bankorere bwa baherezi.
41 Ni vyo uzokwambika Aroni mwene wanyu n’abahungu biwe bari kumwe na we, kandi uze ubarobanuze amavuta*+ wongere wuzuze ukuboko kwabo ububasha+ kandi ubeze, baze bankorere bwa baherezi.