Guharura 16:42 Bibiliya y’isi nshasha 42 Ikoraniro rimaze gukoranira hamwe kurwanya Musa na Aroni, barahindukira baraba kw’ihema ry’ihuriro, maze igicu kiraripfuka, hanyuma ubuninahazwa bwa Yehova butangura kuboneka+.
42 Ikoraniro rimaze gukoranira hamwe kurwanya Musa na Aroni, barahindukira baraba kw’ihema ry’ihuriro, maze igicu kiraripfuka, hanyuma ubuninahazwa bwa Yehova butangura kuboneka+.