ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 33:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Kuri Lewi na ho avuga+ ati:

      “Tumimu* yawe na Urimu yawe+ ni ivy’umuntu w’intahemuka kuri wewe+,

      Umwe wagereza i Masa+.

      Utangura kunigana na we iruhande y’amazi y’i Meriba+,

  • Zaburi 95:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  8 Ntimukomantaze umutima wanyu nk’i Meriba+,

      Nko kuri wa musi wa Masa mu gahinga+,

  • Zaburi 106:32
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 32 Vyongeye, batera ishavu kuri ya mazi ya Meriba+,

      Ku buryo bigendera nabi Musa bivuye kuri bo+.

  • Abaheburayo 3:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 ntimukomantaze imitima yanyu nka ca gihe c’ugutera ishavu ry’umururazi+, nko kuri wa musi w’ukugerageza+ mu gahinga+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika