Guharura 1:47 Bibiliya y’isi nshasha 47 Ariko Abalewi+ nk’uko umuryango wa ba se uri ntibanditswe muri bo+. Guharura 3:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 “Andika bene Lewi nk’uko inzu ya ba se iri, hakurikijwe imiryango yabo. Uw’igitsina-gabo wese kuva ku kwezi kumwe kuduga aze yandikwe+.” Guharura 26:62 Bibiliya y’isi nshasha 62 Abanditswe babo babaye ibihumbi mirongo ibiri na bitatu, ab’igitsina-gabo bose kuva ku kwezi kumwe kuduga+. Kuko batanditswe muri bene Isirayeli+, kubera yuko ata ntoranwa bohawe muri bene Isirayeli+.
15 “Andika bene Lewi nk’uko inzu ya ba se iri, hakurikijwe imiryango yabo. Uw’igitsina-gabo wese kuva ku kwezi kumwe kuduga aze yandikwe+.”
62 Abanditswe babo babaye ibihumbi mirongo ibiri na bitatu, ab’igitsina-gabo bose kuva ku kwezi kumwe kuduga+. Kuko batanditswe muri bene Isirayeli+, kubera yuko ata ntoranwa bohawe muri bene Isirayeli+.