Guharura 24:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Imana imukuye mu Misiri;Afise ubunyarutsi bw’ishūri y’inyeshamba+.Azoyigiza amahanga, abamuhahaza+Amagufa yabo azoyahekenya+, kandi azobamenaguza imyampi yiwe+.
8 Imana imukuye mu Misiri;Afise ubunyarutsi bw’ishūri y’inyeshamba+.Azoyigiza amahanga, abamuhahaza+Amagufa yabo azoyahekenya+, kandi azobamenaguza imyampi yiwe+.