Kuvayo 32:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Maze Musa ahagarara mw’irembo ry’ikambi, avuga ati: “Ni nde ari ku ruhande rwa Yehova? Naze aha ndi+!” Nuko bene Lewi bose bakoranira aho ari. Guharura 8:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 “Tora Abalewi muri bene Isirayeli, kandi uze ubahumanure+. Guharura 18:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Zana kandi hafi bene wanyu bo mu muryango wa Lewi, umuryango wa so, muzanane, kugira ngo bashirwe kumwe nawe bongere bagukorere+, imbere y’ihema ry’Igishingantahe+, wewe n’abahungu bawe muri kumwe. Malaki 2:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kandi muzobwirizwa kumenya yuko nabarungikiye iri bwirizwa+, kugira ngo isezerano+ nagiranye na Lewi ribandanye+,” ni ko Yehova nyen’ingabo avuze.
26 Maze Musa ahagarara mw’irembo ry’ikambi, avuga ati: “Ni nde ari ku ruhande rwa Yehova? Naze aha ndi+!” Nuko bene Lewi bose bakoranira aho ari.
2 Zana kandi hafi bene wanyu bo mu muryango wa Lewi, umuryango wa so, muzanane, kugira ngo bashirwe kumwe nawe bongere bagukorere+, imbere y’ihema ry’Igishingantahe+, wewe n’abahungu bawe muri kumwe.
4 Kandi muzobwirizwa kumenya yuko nabarungikiye iri bwirizwa+, kugira ngo isezerano+ nagiranye na Lewi ribandanye+,” ni ko Yehova nyen’ingabo avuze.