Guharura 1:50 Bibiliya y’isi nshasha 50 Kandi wewe ubwawe ushinge Abalewi itaberenakulo* y’Igishingantahe+ n’ibikoresho vyayo vyose n’ikintu cose kiyegukira+. Ni bo bazorerura itaberenakulo n’ibikoresho vyayo vyose+, kandi ni bo bazokora+ igikorwa kuri yo; baze bakambike irya n’ino y’itaberenakulo+. Guharura 8:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Maze Aroni aze azungazungishe Abalewi irya n’ino imbere ya Yehova bwa shikanwa rizungagizwa+ rivuye kuri bene Isirayeli, kandi baze babe abo kurangura igikorwa ca Yehova+. Guharura 16:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Mbega ni ikintu gitoyi kuri mwebwe kuba Imana ya Isirayeli yarabatandukanije + n’ikoraniro rya Isirayeli kugira ngo ibiyegereze, ngo mukore igikorwa c’itaberenakulo ya Yehova mwongere muhagarare imbere y’ikoraniro kugira mubakorere+,
50 Kandi wewe ubwawe ushinge Abalewi itaberenakulo* y’Igishingantahe+ n’ibikoresho vyayo vyose n’ikintu cose kiyegukira+. Ni bo bazorerura itaberenakulo n’ibikoresho vyayo vyose+, kandi ni bo bazokora+ igikorwa kuri yo; baze bakambike irya n’ino y’itaberenakulo+.
11 Maze Aroni aze azungazungishe Abalewi irya n’ino imbere ya Yehova bwa shikanwa rizungagizwa+ rivuye kuri bene Isirayeli, kandi baze babe abo kurangura igikorwa ca Yehova+.
9 Mbega ni ikintu gitoyi kuri mwebwe kuba Imana ya Isirayeli yarabatandukanije + n’ikoraniro rya Isirayeli kugira ngo ibiyegereze, ngo mukore igikorwa c’itaberenakulo ya Yehova mwongere muhagarare imbere y’ikoraniro kugira mubakorere+,