ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yosuwa 2:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Maze Yosuwa mwene Nuni arungika mu mpisho abagabo babiri ngo baje gutata, bavuye i Shitimu+, avuga ati: “Nimugende, mwihweze ico gihugu na Yeriko.” Nuko baragenda hanyuma bashika ku nzu y’umugore w’umumaraya yitwa Rahabu+, maze baka indaro ng’aho.

  • Mika 6:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Yemwe bantu banje, ndabinginze mwibuke+ umugambi wa Balaki umwami wa Mowabu+ be n’ivyo Balamu mwene Beyori yamwishuye+. Mwibuke ivyabaye kuva i Shitimu+ gushika i Gilugali+, kugira ngo ibikorwa bigororotse vya Yehova bimenyekane+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika