Guharura 31:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Ehe raba ni bo bakoreshejwe, biciye kw’ijambo rya Balamu, kugira boshe bene Isirayeli gukora ivy’ubuhemu+ kuri Yehova ku bijanye n’ivyabereye i Peyori+, ku buryo ikiza caje kw’ikoraniro rya Yehova+. 1 Abakorinto 10:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Eka kandi ntituze turakora ubusambanyi, nk’uko bamwe muri bo bakoze ubusambanyi+, hakagwa ibihumbi mirongo ibiri na bitatu muri bo ku musi umwe+. Ivyahishuwe 2:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 “‘Yamara rero, ndafise ibintu bikeyi nkugaya: ni uko iwawe ufise abagumya inyigisho ya Balamu+, umwe yigisha Balaki+ gushira igitsitaza imbere ya bene Isirayeli, ngo barye ivyashikaniwe ibigirwamana ngo bongere bakore ubusambanyi+.
16 Ehe raba ni bo bakoreshejwe, biciye kw’ijambo rya Balamu, kugira boshe bene Isirayeli gukora ivy’ubuhemu+ kuri Yehova ku bijanye n’ivyabereye i Peyori+, ku buryo ikiza caje kw’ikoraniro rya Yehova+.
8 Eka kandi ntituze turakora ubusambanyi, nk’uko bamwe muri bo bakoze ubusambanyi+, hakagwa ibihumbi mirongo ibiri na bitatu muri bo ku musi umwe+.
14 “‘Yamara rero, ndafise ibintu bikeyi nkugaya: ni uko iwawe ufise abagumya inyigisho ya Balamu+, umwe yigisha Balaki+ gushira igitsitaza imbere ya bene Isirayeli, ngo barye ivyashikaniwe ibigirwamana ngo bongere bakore ubusambanyi+.