Kuvayo 20:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ntukavyunamire canke ngo woshwe kubikorera+, kuko jewe Yehova Imana yawe ndi Imana isaba kwiheberwa yonyene gusa+, izana igihano ku bana ku bw’ikosa rya ba se, kw’iyaruka rigira gatatu no ku rigira kane, ku banyanka+; Yosuwa 23:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 mu kutigera mwinjira muri ayo mahanga+, ayo asigaranye namwe. Ntimuze mucishe mu kanwa amazina y’imana zayo+ canke ngo muzirahire+, eka ntimuze muzikorere canke ngo muzunamire+. 1 Abakorinto 10:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Eka kandi ntimucike abasenga ibigirwamana, nk’uko bamwe muri bo babaye+; nk’uko vyanditswe ngo: “Abantu baricara ngo barye bongere banywe, maze bava hasi ngo baryoherwe+.”
5 Ntukavyunamire canke ngo woshwe kubikorera+, kuko jewe Yehova Imana yawe ndi Imana isaba kwiheberwa yonyene gusa+, izana igihano ku bana ku bw’ikosa rya ba se, kw’iyaruka rigira gatatu no ku rigira kane, ku banyanka+;
7 mu kutigera mwinjira muri ayo mahanga+, ayo asigaranye namwe. Ntimuze mucishe mu kanwa amazina y’imana zayo+ canke ngo muzirahire+, eka ntimuze muzikorere canke ngo muzunamire+.
7 Eka kandi ntimucike abasenga ibigirwamana, nk’uko bamwe muri bo babaye+; nk’uko vyanditswe ngo: “Abantu baricara ngo barye bongere banywe, maze bava hasi ngo baryoherwe+.”