Zaburi 106:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Abiharurwako nk’ubugororotsiUko iyaruka rikurikira irindi gushika igihe kitagira urugero+. 2 Abakorinto 11:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kuko ndi n’ishari ku bwanyu, ishari riva ku Mana+, kuko ubwanje nasezeranye kubashingira ku mugabo umwe+ kugira ndabashikirize Kristu+ muri umwigeme w’isugi atanduye+.
2 Kuko ndi n’ishari ku bwanyu, ishari riva ku Mana+, kuko ubwanje nasezeranye kubashingira ku mugabo umwe+ kugira ndabashikirize Kristu+ muri umwigeme w’isugi atanduye+.