10 Na we avuga ati: “Nagize koko ishari+ ku bwa Yehova Imana nyen’ingabo; kuko bene Isirayeli bahevye isezerano ryawe+, ibicaniro vyawe bakabisambura+, abahanuzi bawe na bo bakabicisha inkota+, ku buryo ari jewe jenyene nsigaye+; none batanguye kurondera ubuzima bwanje ngo babukureho+.”