Guharura 31:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Ehe raba ni bo bakoreshejwe, biciye kw’ijambo rya Balamu, kugira boshe bene Isirayeli gukora ivy’ubuhemu+ kuri Yehova ku bijanye n’ivyabereye i Peyori+, ku buryo ikiza caje kw’ikoraniro rya Yehova+. 2 Petero 2:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Bafise amaso yuzuye ukurenga ibigo+ kandi adashobora kuvavanura n’igicumuro+, kandi bararyosharyosha imitima idashikamye. Bafise umutima wamenyerejwe umwina+. Ni abana bavumwe+. Ivyahishuwe 2:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 “‘Yamara rero, ndafise ibintu bikeyi nkugaya: ni uko iwawe ufise abagumya inyigisho ya Balamu+, umwe yigisha Balaki+ gushira igitsitaza imbere ya bene Isirayeli, ngo barye ivyashikaniwe ibigirwamana ngo bongere bakore ubusambanyi+.
16 Ehe raba ni bo bakoreshejwe, biciye kw’ijambo rya Balamu, kugira boshe bene Isirayeli gukora ivy’ubuhemu+ kuri Yehova ku bijanye n’ivyabereye i Peyori+, ku buryo ikiza caje kw’ikoraniro rya Yehova+.
14 Bafise amaso yuzuye ukurenga ibigo+ kandi adashobora kuvavanura n’igicumuro+, kandi bararyosharyosha imitima idashikamye. Bafise umutima wamenyerejwe umwina+. Ni abana bavumwe+.
14 “‘Yamara rero, ndafise ibintu bikeyi nkugaya: ni uko iwawe ufise abagumya inyigisho ya Balamu+, umwe yigisha Balaki+ gushira igitsitaza imbere ya bene Isirayeli, ngo barye ivyashikaniwe ibigirwamana ngo bongere bakore ubusambanyi+.