Guharura 25:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Akurikira nya mugabo wo muri Isirayeli mw’ihema ryihese, maze abatobekeranya bompi, nya mugabo na nya mugore mu bihimba vyiwe vy’irondoka. Ikiza kibona guhagarara kiva kuri bene Isirayeli+.
8 Akurikira nya mugabo wo muri Isirayeli mw’ihema ryihese, maze abatobekeranya bompi, nya mugabo na nya mugore mu bihimba vyiwe vy’irondoka. Ikiza kibona guhagarara kiva kuri bene Isirayeli+.