Kuvayo 18:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Maze Musa abwira sebukwe ati: “Ni kubera ko abantu baguma baza kuri jewe gusiguza Imana+. Kuvayo 33:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kandi Yehova yavugana na Musa amaso mu yandi+, nk’uko nyene umuntu yovugana na mugenziwe. Iyo agarutse mw’ikambi, umusuku wiwe+ Yosuwa mwene Nuni+, uwari umufasha, ntiyava hagati mw’ihema. Abalewi 24:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Maze bamushira aho acungirwa+ gushika babwiwe ingingo itomoye hisunzwe ijambo rya Yehova+.
11 Kandi Yehova yavugana na Musa amaso mu yandi+, nk’uko nyene umuntu yovugana na mugenziwe. Iyo agarutse mw’ikambi, umusuku wiwe+ Yosuwa mwene Nuni+, uwari umufasha, ntiyava hagati mw’ihema.