Guharura 13:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Nuko baraduga, batata ico gihugu kuva mu gahinga ka Zini+ gushika i Rehobu+ ku bwinjiriro bwa Hamati+. Yosuwa 15:1 Bibiliya y’isi nshasha 15 Akarere umuryango wa bene Yuda waheshejwe ubupfindo+ hakurikijwe imiryango yabo kagarukira ku rubibe rwa Edomu+, ni ukuvuga mu gahinga ka Zini+, ku mpera ya Negebu+ yo mu bumanuko.
21 Nuko baraduga, batata ico gihugu kuva mu gahinga ka Zini+ gushika i Rehobu+ ku bwinjiriro bwa Hamati+.
15 Akarere umuryango wa bene Yuda waheshejwe ubupfindo+ hakurikijwe imiryango yabo kagarukira ku rubibe rwa Edomu+, ni ukuvuga mu gahinga ka Zini+, ku mpera ya Negebu+ yo mu bumanuko.