Guharura 28:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 rikazoba riri kumwe n’ishikanwa ry’ikinyobwa ryaryo+, ni ukuvuga ica kane ca hini ku mwagazi w’intama w’isuguru umwumwe wose+. Usuke ahantu heranda ishikanwa ry’ikinyobwa ry’inzoga iboreza+ rihabwa Yehova.
7 rikazoba riri kumwe n’ishikanwa ry’ikinyobwa ryaryo+, ni ukuvuga ica kane ca hini ku mwagazi w’intama w’isuguru umwumwe wose+. Usuke ahantu heranda ishikanwa ry’ikinyobwa ry’inzoga iboreza+ rihabwa Yehova.