ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 16:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 “Kandi iki kize kibabere icagezwe gushika igihe kitagira urugero+: Mu kwezi kugira indwi ku musi ugira cumi wa nya kwezi+ muze mwibabaze+, kandi ntimuze mukore igikorwa na kimwe+, yaba imvukira canke kavamahanga abayeho ari kavamahanga hagati muri mwebwe.

  • Abalewi 23:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 kuko umuntu wese atazokwibabaza kuri uyo musi azotegerezwa kurandurwa mu bantu b’iwabo+.

  • Zaburi 35:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Nayo jewe, igihe bari barwaye, icambarwa canje ryari igunira+;

      Nibabarisha ukwisonzesha+,

      Isengesho ryanje rikagaruka ku gikiriza canje+.

  • Yesaya 58:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Mbega ukwo ni ko ukwisonzesha nshima gukwiye kumera, nk’umusi w’uko umuntu yakuwe mw’ivu yibabaza+, akunamika umutwe nk’urukangaga, agasanza igunira n’iminyota ngo bibe uburiri bwiwe+? Mbega ico ni co mwita ukwisonzesha be n’umusi vyemerwa na Yehova+?

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika