Gusubira mu vyagezwe 20:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Abagore gusa n’abana batoyi+ n’ibitungwa+ be n’ikintu cose kizoba kiri muri ico gisagara, isahu yaco yose, ni vyo uzosahura bikaba rwawe+; kandi uze urye isahu y’abansi bawe, abo Yehova Imana yawe azoba yaguhaye+.
14 Abagore gusa n’abana batoyi+ n’ibitungwa+ be n’ikintu cose kizoba kiri muri ico gisagara, isahu yaco yose, ni vyo uzosahura bikaba rwawe+; kandi uze urye isahu y’abansi bawe, abo Yehova Imana yawe azoba yaguhaye+.