Guharura 13:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Mugabo abagabo baduganye na we bavuga bati: “Ntidushobora kuduga kurwanya abo bantu, kuko bakomeye kuturusha+.” Yosuwa 14:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Bene wacu baduganye nanje batumye umutima w’abantu ushonga+; mugabo jewe, nakurikiye Yehova Imana yanje bimwe bishitse+.
31 Mugabo abagabo baduganye na we bavuga bati: “Ntidushobora kuduga kurwanya abo bantu, kuko bakomeye kuturusha+.”
8 Bene wacu baduganye nanje batumye umutima w’abantu ushonga+; mugabo jewe, nakurikiye Yehova Imana yanje bimwe bishitse+.