-
Yosuwa 5:6Bibiliya y’isi nshasha
-
-
6 Kuko bene Isirayeli bari bamaze imyaka mirongo ine+ bagendagenda mu gahinga, gushika ihanga ryose ry’abarwanyi bavuye mu Misiri batumvirije ijwi rya Yehova rirangiye, abo Yehova yarahiye yuko atokwigeze areka ngo babone igihugu+ Yehova yari yararahiye ba sekuruza babo ko azokiduha+, igihugu gitemba amata n’ubuki+.
-
-
Zaburi 95:10Bibiliya y’isi nshasha
-
-
10 Mu kiringo c’imyaka mirongo ine, nagumye numva nshishwe n’iryo yaruka+,
Ndaheza mvuga nti:
“Ni abantu b’umutima wigira ibiro biteze+,
Kandi bo ubwabo ntibamenye inzira zanje+”;
-