Guharura 26:64 Bibiliya y’isi nshasha 64 Mugabo muri abo nta mugabo yarimwo wo mu banditswe na Musa na Aroni umuherezi igihe bandika bene Isirayeli mu gahinga ka Sinayi+. Gusubira mu vyagezwe 2:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Kandi imisi twagenze kuva i Kadeshi-baruneya gushika tujabutse umwonga wa Zeredi yabaye imyaka mirongo itatu n’umunani, gushika iyaruka ryose ry’abarwanyi rimaze kurangira mw’ikambi, nk’uko Yehova yari yarabarahiye+. 1 Abakorinto 10:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Yamara rero, benshi muri bo Imana ntiyabashimye+, kuko bahonerejwe+ mu gahinga. Abaheburayo 3:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Vyongeye, ni bande Imana yasesemwe na bo mu myaka mirongo ine+? Mbega si bamwe bacumura, imivyimba yabo ikagwa mu gahinga+?
64 Mugabo muri abo nta mugabo yarimwo wo mu banditswe na Musa na Aroni umuherezi igihe bandika bene Isirayeli mu gahinga ka Sinayi+.
14 Kandi imisi twagenze kuva i Kadeshi-baruneya gushika tujabutse umwonga wa Zeredi yabaye imyaka mirongo itatu n’umunani, gushika iyaruka ryose ry’abarwanyi rimaze kurangira mw’ikambi, nk’uko Yehova yari yarabarahiye+.
17 Vyongeye, ni bande Imana yasesemwe na bo mu myaka mirongo ine+? Mbega si bamwe bacumura, imivyimba yabo ikagwa mu gahinga+?