Yosuwa 4:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Bene Rubeni na bene Gadi n’igice c’umuryango wa Manase+ batangura kujabuka nk’abatonze urugamba+ mu maso ya bene Isirayeli, nk’uko nyene Musa yari yarababwiye+.
12 Bene Rubeni na bene Gadi n’igice c’umuryango wa Manase+ batangura kujabuka nk’abatonze urugamba+ mu maso ya bene Isirayeli, nk’uko nyene Musa yari yarababwiye+.