Gusubira mu vyagezwe 3:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 “Yayiri+ mwene Manase afata akarere kose ka Arugobu+ gushika ku rubibe rw’Abageshuri+ n’Abamayakati+, hanyuma ivyo bigwati vya Bashani avyita Havoti-yayiri+ afatiye kw’izina ryiwe, gushika n’uyu musi. Yosuwa 13:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Akarere kabo kabaye aka: kuva i Mahanayimu+, Bashani yose, akarere k’ubwami kose ka Ogi umwami wa Bashani+, n’ibigwati vy’amahema vyose vya Yayiri+ biri muri Bashani, ibisagara mirongo itandatu.
14 “Yayiri+ mwene Manase afata akarere kose ka Arugobu+ gushika ku rubibe rw’Abageshuri+ n’Abamayakati+, hanyuma ivyo bigwati vya Bashani avyita Havoti-yayiri+ afatiye kw’izina ryiwe, gushika n’uyu musi.
30 Akarere kabo kabaye aka: kuva i Mahanayimu+, Bashani yose, akarere k’ubwami kose ka Ogi umwami wa Bashani+, n’ibigwati vy’amahema vyose vya Yayiri+ biri muri Bashani, ibisagara mirongo itandatu.