ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yosuwa 24:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Mu nyuma ntuma Musa na Aroni+, maze nkubitisha Misiri ivyo nakoreye hagati muri yo+; hanyuma mwebwe ndabakurayo+.

  • 1 Samweli 12:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 “Yakobo akimara gushika mu Misiri+ hanyuma ba sogokuruza banyu bagatangura gutabaza Yehova+, Yehova yararungitse Musa+ na Aroni, kugira bakure ba sogokuruza banyu mu Misiri maze batume baba aha hantu+.

  • Zaburi 77:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Wayoboye abantu bawe nk’umukuku+,

      Biciye ku kuboko kwa Musa na Aroni+.

  • Mika 6:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Kuko nabaduganye ndabakuye mu gihugu ca Misiri+, nkabacungura ndabakuye mu nzu y’abashumba+; maze narungitse imbere yanyu Musa na Aroni na Miriyamu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika