Gusubira mu vyagezwe 10:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 “Hanyuma bene Isirayeli bafata inzira bava i Beyeroti Bene-yakani+ baja i Mosera. Aho ni ho Aroni yapfiriye, hanyuma aba ari ho ahambwa+; maze Eleyazari umuhungu wiwe atangura gukora bwa muherezi mu kibanza ciwe+.
6 “Hanyuma bene Isirayeli bafata inzira bava i Beyeroti Bene-yakani+ baja i Mosera. Aho ni ho Aroni yapfiriye, hanyuma aba ari ho ahambwa+; maze Eleyazari umuhungu wiwe atangura gukora bwa muherezi mu kibanza ciwe+.