21Buno Umunyakanani, umwami wa Aradi+, uwaba muri Negebu+, yumva yuko Isirayeli yari izananye inzira ya Atarimu; atangura rero kurwana na Isirayeli maze ajana bamwe muri bo ari imbohe.
16 Abahungu b’Umukeni+, uwo Musa yari yarabereye umukwe+, bava mu gisagara c’ibigazi+ badugana na bene Yuda mu gahinga ka Yuda, akari mu bumanuko bwa Aradi+. Maze baja kubana n’abantu baho+.