Abalewi 18:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Mwebwe nya gihugu ntikizobadahwa kibaziza ukugihumanya, nk’uko nyene kitazobura kudahwa amahanga y’imbere yanyu+. Yosuwa 23:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Kandi nk’uko nyene ijambo ryiza ryose Yehova Imana yanyu yababwiye ryashitse kuri mwebwe+, ni ko Yehova azozana kuri mwebwe ijambo ribi ryose gushika abazimanganije kuri ubu butaka bwiza Yehova Imana yanyu yabahaye+,
28 Mwebwe nya gihugu ntikizobadahwa kibaziza ukugihumanya, nk’uko nyene kitazobura kudahwa amahanga y’imbere yanyu+.
15 Kandi nk’uko nyene ijambo ryiza ryose Yehova Imana yanyu yababwiye ryashitse kuri mwebwe+, ni ko Yehova azozana kuri mwebwe ijambo ribi ryose gushika abazimanganije kuri ubu butaka bwiza Yehova Imana yanyu yabahaye+,