Itanguriro 49:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ishavu+ ryabo rirakavumwa, kuko ari rinyamaswa+, n’uburake bwabo, kuko bukara+. Reka ndabagabanganye muri Yakobo, kandi reka ndabasanzaze muri Isirayeli+. Abalewi 25:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 “‘Ku bisagara vy’Abalewi kumwe n’inzu z’ibisagara bigabira+, uburenganzira bw’ugucungura bukwiye kubandanya gushika igihe kitagira urugero ku Balewi+. Gusubira mu vyagezwe 18:1 Bibiliya y’isi nshasha 18 “Nta muturi canke intoranwa muri Isirayeli bikwiye kwegukira abaherezi, Abalewi, umuryango wose wa Lewi+. Amashikanwa ashikanishwa umuriro ya Yehova, mbere intoranwa yiwe, ni yo bakwiye kurya+. Yosuwa 14:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kuko bene Yozefu bari bacitse imiryango ibiri+, Manase+ na Efurayimu+; kandi Abalewi ntibari barahawe umuturi mu gihugu, kiretse ibisagara+ vyo kubamwo n’amatongo y’uburagiriro yavyo ku bw’ibitungwa vyabo n’ivyo batunze+. Yosuwa 21:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 bababwirira i Shilo+ mu gihugu ca Kanani bati: “Yehova yategetse biciye kuri Musa ko duhabwa ibisagara vyo kubamwo, kumwe n’amatongo y’uburagiriro yavyo ku bw’ibikoko vyacu vy’ibitungano+.”
7 Ishavu+ ryabo rirakavumwa, kuko ari rinyamaswa+, n’uburake bwabo, kuko bukara+. Reka ndabagabanganye muri Yakobo, kandi reka ndabasanzaze muri Isirayeli+.
32 “‘Ku bisagara vy’Abalewi kumwe n’inzu z’ibisagara bigabira+, uburenganzira bw’ugucungura bukwiye kubandanya gushika igihe kitagira urugero ku Balewi+.
18 “Nta muturi canke intoranwa muri Isirayeli bikwiye kwegukira abaherezi, Abalewi, umuryango wose wa Lewi+. Amashikanwa ashikanishwa umuriro ya Yehova, mbere intoranwa yiwe, ni yo bakwiye kurya+.
4 Kuko bene Yozefu bari bacitse imiryango ibiri+, Manase+ na Efurayimu+; kandi Abalewi ntibari barahawe umuturi mu gihugu, kiretse ibisagara+ vyo kubamwo n’amatongo y’uburagiriro yavyo ku bw’ibitungwa vyabo n’ivyo batunze+.
2 bababwirira i Shilo+ mu gihugu ca Kanani bati: “Yehova yategetse biciye kuri Musa ko duhabwa ibisagara vyo kubamwo, kumwe n’amatongo y’uburagiriro yavyo ku bw’ibikoko vyacu vy’ibitungano+.”