Itanguriro 49:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ishavu+ ryabo rirakavumwa, kuko ari rinyamaswa+, n’uburake bwabo, kuko bukara+. Reka ndabagabanganye muri Yakobo, kandi reka ndabasanzaze muri Isirayeli+.
7 Ishavu+ ryabo rirakavumwa, kuko ari rinyamaswa+, n’uburake bwabo, kuko bukara+. Reka ndabagabanganye muri Yakobo, kandi reka ndabasanzaze muri Isirayeli+.