Gusubira mu vyagezwe 19:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 “Ariko mu gihe hogira umuntu yanka+ mugenziwe, akamubundira maze akamugurukirako akamukubita, agapfa+, hanyuma nya muntu agahungira muri kimwe muri ivyo bisagara, Gusubira mu vyagezwe 19:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 abagabo b’inararibonye b’igisagara c’iwabo baze barungike abamukurayo, baheze bamushire mu kuboko kw’umuhōzi w’amaraso, apfe+. Yosuwa 20:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Umuhōzi w’amaraso niyamwoma inyuma, ntibaze rero batange mu kuboko kwiwe uwo yishe umuntu+; kuko yakubise atabizi mugenziwe agapfa, kandi akaba atari asanzwe amwanka+.
11 “Ariko mu gihe hogira umuntu yanka+ mugenziwe, akamubundira maze akamugurukirako akamukubita, agapfa+, hanyuma nya muntu agahungira muri kimwe muri ivyo bisagara,
12 abagabo b’inararibonye b’igisagara c’iwabo baze barungike abamukurayo, baheze bamushire mu kuboko kw’umuhōzi w’amaraso, apfe+.
5 Umuhōzi w’amaraso niyamwoma inyuma, ntibaze rero batange mu kuboko kwiwe uwo yishe umuntu+; kuko yakubise atabizi mugenziwe agapfa, kandi akaba atari asanzwe amwanka+.