Abacamanza 20:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ubu rero nimutange abo bagabo+, abo bagabo b’imburakimazi+ bari i Gibeya+, kugira tubice+, dukure ikibi muri Isirayeli+.” Ariko bene Benyamini ntibashaka kwumviriza ijwi rya bene wabo, bene Isirayeli+.
13 Ubu rero nimutange abo bagabo+, abo bagabo b’imburakimazi+ bari i Gibeya+, kugira tubice+, dukure ikibi muri Isirayeli+.” Ariko bene Benyamini ntibashaka kwumviriza ijwi rya bene wabo, bene Isirayeli+.