Itanguriro 4:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kuri ivyo avuga ati: “Wakoze iki? Umviriza! Amaraso ya mwene wanyu ariko asemererera mu butaka antakambira+. Zaburi 106:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 Baguma bavisha amaraso y’intungane+,Amaraso y’abahungu babo n’abakobwa babo,Abo bashikaniye ibigirwamana vy’i Kanani+;Igihugu kiraheza gihumanywa n’ugusesa amaraso+. Luka 11:50 Bibiliya y’isi nshasha 50 kugira ngo amaraso y’abahanuzi bose+ yavishijwe kuva kw’ishingwa ry’isi abazwe iri yaruka+,
10 Kuri ivyo avuga ati: “Wakoze iki? Umviriza! Amaraso ya mwene wanyu ariko asemererera mu butaka antakambira+.
38 Baguma bavisha amaraso y’intungane+,Amaraso y’abahungu babo n’abakobwa babo,Abo bashikaniye ibigirwamana vy’i Kanani+;Igihugu kiraheza gihumanywa n’ugusesa amaraso+.