Guharura 3:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 “Andika bene Lewi nk’uko inzu ya ba se iri, hakurikijwe imiryango yabo. Uw’igitsina-gabo wese kuva ku kwezi kumwe kuduga aze yandikwe+.” Guharura 4:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 “Nayo bene Merari+, uzobandika hakurikijwe imiryango yabo, mu nzu ya ba se.
15 “Andika bene Lewi nk’uko inzu ya ba se iri, hakurikijwe imiryango yabo. Uw’igitsina-gabo wese kuva ku kwezi kumwe kuduga aze yandikwe+.”