Abalewi 9:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Maze Aroni atarika ibiganza vyiwe yerekeza ku bantu, arabahezagira+, araheza amanuka+ avuye guhereza rya shikanwa ry’igicumuro na rya shikanwa riturirwa na vya bimazi vy’ugusangira. Gusubira mu vyagezwe 10:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 “Ico gihe nyene Yehova ashira ku ruhande umuryango wa Lewi+ kugira urerure isandugu y’isezerano rya Yehova+, kugira uhagarare imbere ya Yehova ku bwo kumukorera+ no kugira ngo uhezagire mw’izina ryiwe gushika uyu musi+. Gusubira mu vyagezwe 21:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 “Abaherezi, bene Lewi, baze begere, kuko ari bo Yehova Imana yawe yatoye ngo bamukorere+ bongere bahezagire+ mw’izina rya Yehova, kandi biciye ku kanwa kabo akaba ari ho amatati yose ajanye n’igikorwa cose c’ubukazi akwiye kudadanurwa+. Luka 24:50 Bibiliya y’isi nshasha 50 Mugabo arabarongōra abasohokanye, gushika i Betaniya, hanyuma atarika amaboko arabahezagira+.
22 Maze Aroni atarika ibiganza vyiwe yerekeza ku bantu, arabahezagira+, araheza amanuka+ avuye guhereza rya shikanwa ry’igicumuro na rya shikanwa riturirwa na vya bimazi vy’ugusangira.
8 “Ico gihe nyene Yehova ashira ku ruhande umuryango wa Lewi+ kugira urerure isandugu y’isezerano rya Yehova+, kugira uhagarare imbere ya Yehova ku bwo kumukorera+ no kugira ngo uhezagire mw’izina ryiwe gushika uyu musi+.
5 “Abaherezi, bene Lewi, baze begere, kuko ari bo Yehova Imana yawe yatoye ngo bamukorere+ bongere bahezagire+ mw’izina rya Yehova, kandi biciye ku kanwa kabo akaba ari ho amatati yose ajanye n’igikorwa cose c’ubukazi akwiye kudadanurwa+.