Zaburi 91:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kuko azoha abamarayika biwe itegeko ku bikwerekeye+,Ngo bakurinde mu nzira zawe zose+. Zaburi 121:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Yehova ubwiwe azokurinda ivyago vyose+.Azorinda ubuzima bwawe+. Yohani 17:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 “Vyongeye, sinkiri mw’isi, mugabo bo bari mw’isi+, nanje ndiko ndaza kuri wewe. Data mweranda, ubarinde+ ku bw’izina ryawe wampaye, kugira ngo babe umwe* nk’uko turi+. 1 Petero 1:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 mwebwe abariko bazigamwa n’ububasha bw’Imana biciye ku kwizera+ ku bw’ubukiriro+ buteguriwe guhishurwa+ mu gihe ca nyuma+.
11 “Vyongeye, sinkiri mw’isi, mugabo bo bari mw’isi+, nanje ndiko ndaza kuri wewe. Data mweranda, ubarinde+ ku bw’izina ryawe wampaye, kugira ngo babe umwe* nk’uko turi+.
5 mwebwe abariko bazigamwa n’ububasha bw’Imana biciye ku kwizera+ ku bw’ubukiriro+ buteguriwe guhishurwa+ mu gihe ca nyuma+.