Itanguriro 21:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Aba mu gahinga ka Parani+, maze nyina amuronkera umugore wo mu gihugu ca Misiri. Guharura 12:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Mu nyuma abantu baragenda bavuye i Hazeroti+, bakambika mu gahinga ka Parani+. Guharura 13:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Baragenda rero, bashikira Musa na Aroni n’ikoraniro ryose rya bene Isirayeli mu gahinga ka Parani, i Kadeshi+. Baza bagarukaniye bano be n’ikoraniro ryose inkuru, bongera babereka ivyamwa vya nya gihugu. Gusubira mu vyagezwe 1:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 hakaba hari urugendo rw’imisi cumi n’umwe uvuye i Horebu ukajana inzira y’umusozi Seyiri ija i Kadeshi-baruneya+.
26 Baragenda rero, bashikira Musa na Aroni n’ikoraniro ryose rya bene Isirayeli mu gahinga ka Parani, i Kadeshi+. Baza bagarukaniye bano be n’ikoraniro ryose inkuru, bongera babereka ivyamwa vya nya gihugu.
2 hakaba hari urugendo rw’imisi cumi n’umwe uvuye i Horebu ukajana inzira y’umusozi Seyiri ija i Kadeshi-baruneya+.