ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 2:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Nuko aho batahiye i muhira kwa Reyuweli+ se wabo, aratangara ati: “Bigenze gute ngo mutahe ningoga gutyo uno musi?”

  • Kuvayo 3:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Hanyuma Musa aba umwungere w’umukuku wa Yetiro+, umuherezi wa Midiyani, uwo yari abereye umukwe+. Igihe yari ashoreye umukuku ku ruhande rw’uburengero bw’agahinga, yaratevye ashika ku musozi w’Imana y’ukuri+, i Horebu+.

  • Kuvayo 18:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Maze Yetiro umuherezi wa Midiyani, sebukwe wa Musa+, yumva ibintu vyose Imana yari yakoreye Musa na Isirayeli abantu bayo, ingene Yehova yari yakuye Isirayeli mu Misiri+.

  • Kuvayo 18:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Inyuma y’ivyo Musa aherekeza sebukwe+, yigira mu gihugu ciwe.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika