Zaburi 78:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Iguma igwisha kuri bo manu* ngo barye+,Ibaha intete zo mw’ijuru+.