Guharura 33:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Hanyuma baragenda bavuye i Kiburoti-hatayava baraheza bakambika i Hazeroti+. Gusubira mu vyagezwe 1:1 Bibiliya y’isi nshasha 1 Aya ni yo majambo Musa yabwiye Isirayeli yose mu karere ka Yorodani+ mu gahinga, mu biyaya vy’ubugaragwa imbere ya Sufi, hagati ya Parani+ na Tofeli na Labani na Hazeroti+ na Dizahabu,
1 Aya ni yo majambo Musa yabwiye Isirayeli yose mu karere ka Yorodani+ mu gahinga, mu biyaya vy’ubugaragwa imbere ya Sufi, hagati ya Parani+ na Tofeli na Labani na Hazeroti+ na Dizahabu,