Kuvayo 34:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Aho Aroni na bene Isirayeli bose baboneye Musa, erega, ehe urukoba rwo mu maso hiwe rwarekura imishwarara. Baca batinya kumwegera+. 2 Petero 2:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 ariko canecane, abakurikira umubiri bafise icipfuzo co kuwuhumanya+ kandi bakagaya ubutware+. Barubahuka, ni intagondwa, ntibajugumira imbere y’abanyabuninahazwa mugabo bagatukana+, Yuda 8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ariko muri ubwo buryo nyene, abo bantu na bo nyene mu kwivobeka mu ndoto+ barahumanya umubiri, bagakengera ubutware+ vyongeye bagatuka abanyabuninahazwa+.
30 Aho Aroni na bene Isirayeli bose baboneye Musa, erega, ehe urukoba rwo mu maso hiwe rwarekura imishwarara. Baca batinya kumwegera+.
10 ariko canecane, abakurikira umubiri bafise icipfuzo co kuwuhumanya+ kandi bakagaya ubutware+. Barubahuka, ni intagondwa, ntibajugumira imbere y’abanyabuninahazwa mugabo bagatukana+,
8 Ariko muri ubwo buryo nyene, abo bantu na bo nyene mu kwivobeka mu ndoto+ barahumanya umubiri, bagakengera ubutware+ vyongeye bagatuka abanyabuninahazwa+.