Guharura 10:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Bene Isirayeli baragenda bavuye mu gahinga ka Sinayi, hisunzwe urutonde rw’ukugenda kwabo+, maze ca gicu kiba mu gahinga ka Parani+. Guharura 13:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Baragenda rero, bashikira Musa na Aroni n’ikoraniro ryose rya bene Isirayeli mu gahinga ka Parani, i Kadeshi+. Baza bagarukaniye bano be n’ikoraniro ryose inkuru, bongera babereka ivyamwa vya nya gihugu.
12 Bene Isirayeli baragenda bavuye mu gahinga ka Sinayi, hisunzwe urutonde rw’ukugenda kwabo+, maze ca gicu kiba mu gahinga ka Parani+.
26 Baragenda rero, bashikira Musa na Aroni n’ikoraniro ryose rya bene Isirayeli mu gahinga ka Parani, i Kadeshi+. Baza bagarukaniye bano be n’ikoraniro ryose inkuru, bongera babereka ivyamwa vya nya gihugu.