Guharura 32:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ukwo ni ko ba so bakoze+ igihe nabatuma kuraba nya gihugu bavuye i Kadeshi-baruneya+. Gusubira mu vyagezwe 1:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 “Ariko mwese mwaciye mwegera aho ndi, muti: ‘Reka dutume abagabo batugenda imbere, kugira batugendurire ico gihugu baheze batuzanire amakuru ku vyerekeye inzira dukwiye kudugana n’ibisagara tuzoshikiramwo+.’
22 “Ariko mwese mwaciye mwegera aho ndi, muti: ‘Reka dutume abagabo batugenda imbere, kugira batugendurire ico gihugu baheze batuzanire amakuru ku vyerekeye inzira dukwiye kudugana n’ibisagara tuzoshikiramwo+.’